Umunyezamu w’umurwi wa FC Barcelona yaraye akoze ikintu atawundi munyezamu yari bwagishikeko.

Umunyezamu w’umurwi w’umupira w’amaguru ,wa FC Barcelona,Marc-Andre Ter Stegen,yaraye akoze ikintu atawundi yaribwagishikeko.

Mu rukino rwahuje umurwi wa FC Barcelona n’umurwi wa Dortmund k’umusi w’ejo,umunyezamu w’umurwi wa FC Barcelona yarashoboye guhagarika penalty bari bamuteye akiza umurwi wiwe.

Marc-Andre Ter Stegen murukino rwariko rurahuza umurwi wiwe wa Fc Barcelona na Dortmund ,aho yakiza igori ry’umurwi wiwe.

Ivyo bikaba vyaciye bigira Ter Stegen,umunyezamu wa mbere ashoboye guhagarika penalty 4 muri penalty 6 amaze gutegwa mw’ihiganwa rya UEFA CHAMPIONS LEAGUE kuva mw’ihiganwa ryo mumwaka 2003 rishira 2004 aho batangura gushiraho ako gashimwe.

Ter Stegen akaba aasubiriye, umunyezamu Andriy Pyatov,aho yari yashitse kubitigiri nkivyo mu mwaka wa 2015

You may also like...