Yarahiye ararengwa kwatakindi gitsina kizomugeramwo ataricumwirabure gusa ngo ….

Mu gihugu c’ububiligi (Belgique), umuzungukazi yitwa Anna Groder, w’imyaka 33 y’amavuka, yamenyesheje ko ata wundi mugabo yoshobora ku murongora kiretse umwirabure.

Mu majambo yiwe yavuze ati :”abahungu birarabura n’abana beza,bafise umutima mwiza ,kandi barazi no kurangura amabanga y’abubatse neza gusumvya abazungu.”

Isanamu ya Anna Grader,yiyanditseko mu mugongo ko ashaka abirabure gusa

Anna Groder akaba yasohoye itangazo abicishije kurubuga ngurukanyi rwa facebook yiwe ,asabako umusore w’umwirabure yumva abishoboye yomurondera bakavugana .

Inyuma yiryo tangazo,Anna Groder yaciye asanga abantu benshi bamusavye ubugenzi kuri facebook,mbere no kurugo rwiwe yasanze hari abasore ba birabure benshi bari batonze ku rugo rwiwe.

Mwomenya ko inyuma y’iryo tangazo, Anna Groder yaciye atangura guterwa ubwoba n’abazungu bafise amacakubiri ya birabure.

You may also like...