Amafoto utari bwabone y’abakobwa ba Obama bambaye ubusa

Abana b’abakobwa babiri b’uwahoze ari umukuru w’igihugu ca reta z’unze ubumwe za Amerika Barack Obama ,habonetse  amafoto aberekana bambaye ubusa.

Malia Obama,impfura ya Barack Obama,afise imyaka 21 y’amavuka na mutoya wiwe Natasha Obama,azwi cane ku mazina ya Sasha Obama  afise imyaka 18,habonetse amafoto aberekana bambaye ubusa bitangaza abantu benshi.

Abantu batari bake bakaba batangajwe n’uwo mwifato wabo bakobwa ba Barack Obama ,aho mbere bamwe bavuga  ko ari ukubura indero .

Raba ayo mafoto ngaha musi

Amwe mu mafoto yerekana Sasha Obama yambaye agahuzu kindani gusa

Malia na Sasha Obama bibereye kumucanga biyambariye uduhuzu two musi gusa.

You may also like...