Chine yubatse ikibuga c’indege gifise ishusho y’ikizinu,kica gifata ikibanza cambere kw’isi

Igihugu c’uBushinwa (Chine) gisanzwe kizwi cane  mu vy’ubuhinga  bwa none  ( technology ), cubatse ikibuga c’indege kidasanzwe kica kiba icambere kw’isi mu bibuga vy’indege kw’isi.

Daxing nico kibuga gishasha c’uguruwe n’igihugu ca Chine kuruyu 25 nyakanga 2019 ,,iki kibuga c’indege ca Daxing cubatswe kunkengera zibigisagara  bibiri aivyo Beijing na Langfang kikaba gisanzwe giherereye mu ntara ya Hebei.

Daxing cubatswe muburebure bungana na 1000.000 m2,iki kibuga c’indege kikaba cubatswe kumafaranga  y’amanyamerika angana na US$11 billion (Aya akaba angana n’amafaranga igihugu c’uBurundi cokoresha imyaka 3 .)

Raba ubwiza bw’iki kibuga c’indege Daxing k’umafoto

 

You may also like...