Laurette Tetero yasize hanze indirimbo yiwe yambere ,yumvirize ngaha

Laurette Tetero aheruka gutahukana ihiganwa rya Primusic ry’umwaka wa 2019 yamaze gushira hanze indirimbo yiwe yambere.

Iyi Ndirimbo akaba ayisize hanze inyuma y’igihe kitari gito abasanzwe baramuhaye amajwi muri Primusic ndetse n’abakunzi bibikorwa vyiwe bari bamariye imisi baguma bamusaba ko yobaha indirimbo yiwe bwitwe .

Umviriza ngaha musi indirimbo ya Laurette Tetero

You may also like...