Gaston Sindimwo yabwiye abarundi baba muri Canada ko “Ubwami budasangirwa”umviriza amajwi

Gaston Sindimwo ,icegera cambere c’umukuru w’igihugu c’uBurundi ,yabwiye abarundi baba mu gihugu ca Canada  ko ubwami butigera busangirwa na gato.

Ibi yabivuze mugihe yariko arakoresha inama bamwe mu barundi basanzwe baba mu gisagara ca ca Montreal gisanzwe giherereye muri Quebec.

Muriri jambo nyene, Gaston Sindimwo akaba yanagarutse ku bushimwe bwahawe umutambukanyi w’umukuru w’igihugu ndetse asaba abaraho ko hakuza barakoma induru habaye uwurose agashimwe ahubwo boza barakoma amashi.

Umviriza mu majwi bwana Gaston Sindimwo icegera cambere c’umukuru w’igihugu c’uBurundi.

You may also like...