Naho bikundwa kuvugwa ko mu Rwanda biga neza bamwe mubana biga muwa gatanu ntibazi no kwandika “Good Morning ” raba Video

Naho bikundwa kuvugwa ko mu Rwanda kibanyi c’uRwanda inyigisho zigenda neza ndetse bakaniga mururimi rw’icongereza banakoresha n’inyabwonko (Ordinateur) , bamwe mu bana basanzwe biga mu mwaka wa gatanu  wa mashure mato mato ntibazi no kwandika “Good Morning ”

Ibi vyibonekeje igihe umwe mubategetsi bo mubushikiranganji bw’indere yagendera rimwe mu mashure mato mato agaca asaba abana baje kwandika kurubaho mu congereza indamutso bari bahejeje kumuramutsa.

Uku kutamenya kwandika ntikwibonekeje gusa mururimi rw’icongereza ahubwo no mundome zy’imperekerane vyabonetse ko abo bana ataho baragera kandi bagira baheze amashure mato mato.

Ijambo ryabataye kuwamazi mu kwandika mururimi rw’icongereza akaba ari “Good Morning Sir ”

Video musi yingene vyari vyifashe.

You may also like...