Mu gisagara ca Bujumbura habonetse Iduka igurisha ivyuma vy’imodoka ikagirako iguha na Garanti yico uba uguze.

Tuvyiganirwa n’umushingantahe Ntezimana Stany asanzwe ari nawe nyene iri duka”MAGASIN STANY ” yatumenyesheje ko iduka ryiwe rifise ibikoresho nka vyose vy’amamodoka na cane cane ayo mu bwoko bwa Toyota.

Yabandanije atumenyesha ko iyo uguze ikintu mw’iduka ryiwe haba iMoteur canke Boite de vitesse agenda aguhaye Garanti y’ukwezi kwose .

Ngo iyi Garanti aba yaguhaye itandukanye n’izindi ayandi maduka yo mu gisagara ca Bujumbura zitanga kuko ngo iyo ico yaguhaye kigize ikibazo uca ukigarukana akaguha ikindi gikora neza.

Zimwe mu Moteur zigurishwa mw’iduka rya Magasin Stany

Iri duka ridasanzwe mu gutanga ibintu bifise Garante na Karite  , riherereye mu gisagara ca Bujumbura ,mui Quartier ya Asiatique haruguru yahahora iradiyo y’abanyagihugu RPA.

Twobamanyesha ko iri duka risanzwe ridandaza :Amamoteur .Boite de vitesse,Amavuta ya premium  Quality ya Total ,Control Box ,ama Pneus,n’ibindi vyuma vyinshi vy’imodoka.

You may also like...