uBurundi kumwanya wa 2 kw’isi mu bihugu bifise abakenyenzi bashoboye gukora (population active)

Igihugu c’uBurundi kumwaya wa Kabiri kw’isi mu bihugu bifise abakenyezi bashoboye gukora ibikorwa .
(population active canke main-d’œuvre)
 
Iki cegeranyo cerekana abakenyezi bashoboye gukora ibikorwa (population active) casizwe ahabona n’ibanki y’isi yose WorldBank mu mwaka wa 2019
Raba urutonde rw’ibihugu vyose 15
1.🇲🇿Mozambique: 55%
2.🇧🇮Burundi: 52%
3.🇳🇵Nepal: 52%
4.🇷🇺Russia: 49%
5.🇨🇦Canada: 47%
6.🇫🇷France: 47%
7.🇬🇧UK: 47%
8.🇺🇸US: 46%
9.🇨🇴Colombia: 43%
10.🇧🇷Brazil: 43%
11.🇲🇾Malaysia: 38%
12.🇹🇷Turkey: 32%
13.🇮🇳India: 24%
1.🇪🇬Egypt: 23%
15.🇵🇰PAK: 22%

You may also like...