Ntare Rushatsi House:Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yakoresheje Inama Nshikiranganji

Kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Gitugutu,Inama Nshikiranganji yakoranye irongowe na nyenicubahiro umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.

Abitavye Inama Nshikiranganji yo kuruyu wa 30 Gitugutu 2019

Iyo nama ikaba iriko irabera mungoro y’ibiro vy’umukuru w’gihugu,Ntare Rushatsi House iri mugisagara ca Bujumbura kumurwa mukuru w’ubutunzi w’igihugu c’uBurundi.

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yariko araramutsa abashikiranganji batandukanye

Muri iyo nama hakaba hategekanijwe ko biga integuro z’amategeko zishika indwi harimwo n’integuro y’itegeko risubiramwo itegeko numero 1/20 ryo kuwa 9 Kigarama 2004 rivuga ivyikibanza c’umukuru w’igihugu c’uBurundi inyuma yaho aba atakiri  muri ayomabanga y’umukuru w’igihugu.

Urutonde rw’ibitegerezwa kwigwa munamanshikiranganji yo kuruyu wa 30 gitugutu 2019

You may also like...