Yanditse hejuru y’igitsina ciwe ikimenyetso cuko arwaye Sida kugira uwuzomusambanya azobe azi koyanduye.

Muri reta zunze ubumwe za Amerika umwigeme yaraye akoze ibintu bitamenyerewe,aho yiyandika hejuru y’igitsina ciwe akoresheje tatouage,ikimenyetso cukoarumwe mubasanzwe bagendana   umugera w’indwara ruhonyanganda  SIDA.

Katie Kleinxo akaba ariwe yasize iyi tatouage hejuru y’igitsina ciwe ,Kubwa Katie Kleinxo akaba yamenyesheje ko yakoze iki gikorwa mu ntumbero zo kumenyesha bamwe mu basore basanzwe bipfuza kuryamana nawe ko hamwe bobikora bobikora bazi urubarindiriye kuko wewe yamaze kwandura umugera wa Sida .

 

Katie Kleinxo akaba yisize hejuru yigitsina ciwe amajambo agira ati “HIV + “

Amasanamu yerekana iki gikorwa c’uyu mwigeme Katie Kleinxo ,akaba yabonetse kurubuga ngurukana bumenyi ry’uyu mwigeme aho nawe yayisizeko avuga ko ashaka gukebura abasore bari bamaze imisi bashaka kuryamana nawe.

Katie Kleinxo akaba yamenyesheje ko haheze igihe gito cane  amenye ko yamaze kwandura umugera w’indwara ruhonyanganda ya SIDA.

You may also like...