Pastor ngo :Bikiramariya asengwa n’abatari bake siwe, Ahubwo ni ikimanakazi cinyegeje mu mazina menshi.

Prophet  Joshua Joshua  asanzwe arongoye rimwe mu mashengero yabakizwa ari mugisagara ca Bujumbura yamenyesheje ko abasanzwe basenga Bikiramariya badasenga bikiramariya nyawe ahubwo ko basenga ikimanakazi cinyegeje mu mazina menshi.

Prophet  Joshua Joshua  yanamenyesheje ko abavuga ko baba babonekewe na Bikiramariya kenshi bakurikirwa nivyago .

Umviriza amajwi ya Prophet  Joshua Joshua  ngaho musi

Tubibutse ko Prophet  Joshua Joshua  yahoze ari umuririmvyi w’indirimbo z’isi ndetse akaba yarigeze kuba umwe mubaririmvyi bakomeye mu gisagara ca Bujumbura mu myaka yaza 2007 gushika 2012.

You may also like...