Bujumbura :Pastori yagiye kwigisha ajanye Amstel ,umukirisu agereranya akamoto kayo n’amasobwe.Raba Video

Mwishengero rya Eglise libre lutherienne risanzwe riherereye mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura muri Quartier ya Mutakura ,umukozi w’Imana asanzwe azwi nka Emmanuel Manirakiza ,yagiye kwigisha yifashishije inzoga zo mwishirahamwe Brarudi ,bamwe mu bakirisu barazigaya cane ndetse bagirako bagereranya akamoto k’izo nzoga n’akamoto k’inkari (Amasobwe).

Ibi vyabonetse mu masanamu y’umuvugabutumwa  Apotre Emmanuel Manirakiza aho yariko arasengera umwe mubari bahejeje kwemeza ko batazosubira kunwa Inzoga.

Raba Video Musi wiyumvire ingene uyu mutama yagereranije Inzoga za Brarudi nakamoto kamasobwe.

You may also like...