Menya ibihugu 13 bifise abagabo banwa itabi cane gusumba ahandi kw’isi.

Ikigega c’ibanki y’isi yose (Banque Mondiale),giheruka gushira ahabona urutonde rw’ibihugu 13 bifise abagabo banwa itabi cane gusumba ahandi kw’isi.

Isanamu yerekana umugabo ariko aranwa Itabi.

Ivyo bikaba biri mucegeranyo cama gikora nico kigega c’isi yose uko umwaka utashe mukurabirahamwe ingene abantu bomubihugu bitandukanye bakoresha uburyo mubijanye no gufata agatabi.

Kuri urwo rutonde rw’ibihugu 13 bifise abagabo banwa itabi ryinshi kw’isi,umugabane wa Africa userukirwa n’igihugu kimwe gusa,mugihe ibihugu vyinshi ari ivyo kumugabane wa Asiya.

Uru nirwo rutonde rw’ibihugu 13 abagabo banwa itabi cane kw’isi rwasohowe n’ikigega c’ibanki y’isi yose:

1.Indonesia: 76%,2. Russia: 58% ,3.Egypt: 50%,4. China: 48%,5. Bangladesh: 45%,6. Malaysia: 42%,7. Turkey: 41%,8. South Korea: 41%,9. Pakistan: 37%,10. France: 36%,11. Israel: 35%,12 Japan: 34%,13. Germany: 33%.

You may also like...